Twisunze ko hari abantu bafise impano bashaka ko zikura ariko bakagira ikibazo c’ururimi ruvugwa keshi muvyigwa badatahura, Twasanze twotanga ivyigwa bitandukanye vyerekeye guhinyanyura amasanamu (Audio/Visuel) dukoresheje ururimi gw’ikirundi. Mur’uru rukurikirane gw’ivyigwa tuzoca irya n’ino ukuntu umuntu ashobora gutangura (Beginner) kugeza abaye umuhinga (Professional). Ikigice ca mbere twarisunze ibintu vy’ibanze umuntu yobanza kumenya agitangura umwuga wo gufata amasanamu.
Mufise ico mubaza canke ico muterera mwotwakura kuri:
Call/Whatsapp: +25762225461
Email : [email protected]
IG: bellyboom_art